Skip to content
The Believer's Library

Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025

Isaiah 12 OKCB

Show OKCB only
Verse × ×
1 And in that day you will say: "I will praise you, my Father, for though you were angry with me, your anger has turned away, and you have comforted me. Ico gihe uzovuga uti: “Ndaguhimbaza, ewe Uhoraho. Naho wandakiye, uburake bwawe bwaraheze, kandi urandemesheje.
2 See, our Father is my salvation; I will trust and not be afraid, for my Father is my strength and my song; he has become my salvation." Ni ukuri Uhoraho ni we gakiza kanje, nzomwizigira kandi sinzotinya. Uhoraho Imana ubwiwe ni we nkomezi zanje n’indirimbo yanje, yambereye agakiza.”
3 With joy you will draw water from the wells of salvation. Muzovoma amazi munezerewe kw’isoko y’agakiza.
4 And in that day you will say: "Give thanks to our Father, call on his name, declare his deeds to all peoples, proclaim that his name is exalted. Uwo musi muzovuga muti: “Nimushimire Uhoraho, mwambaze izina ryiwe, mumenyekanishe mu mahanga ivyo yakoze, muvuge ko izina ryiwe rihambaye.
5 Sing to our Father, for he has done glorious things; let this be known in all the earth. Nimuririmbire Uhoraho, kuko yakoze ibihambaye; mumenyekanishe mu mahanga yose ivyo yakoze.
6 Shout aloud and sing for joy, inhabitant of Zion, for the Holy One of Israel—our Father—is great in your midst." Nimuririmbane umunezero, yemwe bantu b’i Siyoni, kuko Uwera wa Isirayeli aba hagati muri mwebwe ahambaye.”
FHB

Scripture from Father’s Heart Bible™. © 2026 Spirit Media Publishing, the imprint of Spirit Media Inc. All rights reserved. In Divine Voice™ Color, the words spoken by our Father show in blue, the words of the Son in red, and the words of the Spirit in purple.

OKCB

Biblica® Open Bibiliya mu Kirundi coroshe™ Uburenganzira © 2021, 2025 bwa Biblica, Inc. Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible™ Copyright © 2021, 2025 by Biblica, Inc. ‪ “Biblica” ni ikimenyetso c’ubucuruzi cyanditswe kandi cyemejwe n’Ibiro vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika bijejwe Uburyo bw’Patent n’Ibimenyetso vy’Ubucuruzi, kikaba cyanditswe ku izina rya Biblica, Inc. ‪“Biblica” is a trademark registered in the United States Patent and Trademark Office by Biblica, Inc. Used with permission. See promoVersionInfo in metadata.xml for Creative Commons license.
Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025 · Creative Commons - Attribution-ShareAlike [CC BY-SA]