Skip to content
The Believer's Library

Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025

Hosea 11 OKCB

Show OKCB only
Verse × ×
1 When Israel was a child, I loved him, and out of Egypt I called my son. Isirayeli akiri umwana, naramukunda, kandi nahamagaye umwana wanje ngo ave muri Egiputa.
2 The more they were called, the more they turned away; they kept sacrificing to the Baals and burning incense to carved images. Ariko uko nabahamagara, ni ko barushaho kuja kure yanje. Bashikaniye ibimazi za Bayali kandi baturirira ibimota neza ibishushanyo.
3 Yet it was I who taught Ephraim to walk, taking them up by their arms; but they did not know that I healed them. Ni jewe nigishije Efurayimu gutambuka, ndabafashe ukuboko; ariko ntibamenye ko ari jewe nabakijije ingwara.
4 I led them with cords of kindness, with bands of love; I was like one who lifts the yoke from their jaws, and I bent down to feed them. Nabakwegesheje imigozi y’ukugira neza kw’abantu, n’imigozi y’urukundo. Nababereye nk’uwuterura akana gatoya akagakikira, kandi narunamye kugira ngo ndabagaburire.
5 They will not return to the land of Egypt, but Assyria will be their king, because they refused to return. Mbega ntibazosubira muri Egiputa, vyongeye Abashuri ntibazobaganza ko banse kwihana?
6 The sword will whirl against their cities, consume the bars of their gates, and devour them because of their own schemes. Inkota izoza ku bisagara vyabo; izorigata abavugishwa b’ibinyoma babo ishire kw’iherezo imigambi yabo.
7 My people are bent on turning away from me; though they call to the Most High, he will not raise them up at all. Abantu banje bafashe ingingo yo kuntera ibitugu. Naho banyita Imana Musumbavyose, sinzokwigera ndabashira hejuru.
8 How can I give you up, Ephraim? How can I hand you over, Israel? How can I make you like Admah? How can I treat you like Zeboiim? My heart recoils within me; my compassion grows warm and tender. “Efurayimu we, mbega noguheba nte? Isirayeli we, mbega nogutanga gute? Mbega nokugirira nk’i Adima? Mbega nokugirira nka Zeboyimu? Umutima wanje urabuze ico uhitamwo; ntewe n’akagongwe.
9 I will not act on my fierce anger; I will not again destroy Ephraim. For I am your Father and not a man, the Holy One in your midst, and I will not come in wrath. Sinzobahanana uburake, kandi sinzosubira gusangangura Efurayimu. Kuko ndi Imana, ntari umuntu, Uwera ari muri mwebwe. Sinzotera ibisagara vyabo.
10 They will follow our Father; he will roar like a lion. When he roars, his children will come trembling from the west. Kuko umusi umwe bazokurikira Uhoraho; kandi nzokwivuga nk’intambwe. Aho nzokwivugira, abana biwe bazoza bahinda agashitsi bava mu burengero.
11 They will come trembling like birds from Egypt, like doves from the land of Assyria, and I will settle them in their homes, declares our Father. Bazoza bavuye muri Egiputa, bahinda agashitsi nk’inyoni, bavuye muri Ashuri, bameze nk’inuma. Nzobasubiza mu mazu yabo,” ni ko Uhoraho agize.
12 Ephraim has surrounded me with lies, and the house of Israel with deceit; but Judah still walks with our Father, and is faithful to the Holy One. Efurayimu yankikije ibinyoma, Isirayeli na we yankikije uguhendana. Kandi Yuda yahindutse umugarariji ku Mana, ku Wera w’Umwizigirwa.
FHB

Scripture from Father’s Heart Bible™. © 2026 Spirit Media Publishing, the imprint of Spirit Media Inc. All rights reserved. In Divine Voice™ Color, the words spoken by our Father show in blue, the words of the Son in red, and the words of the Spirit in purple.

OKCB

Biblica® Open Bibiliya mu Kirundi coroshe™ Uburenganzira © 2021, 2025 bwa Biblica, Inc. Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible™ Copyright © 2021, 2025 by Biblica, Inc. ‪ “Biblica” ni ikimenyetso c’ubucuruzi cyanditswe kandi cyemejwe n’Ibiro vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika bijejwe Uburyo bw’Patent n’Ibimenyetso vy’Ubucuruzi, kikaba cyanditswe ku izina rya Biblica, Inc. ‪“Biblica” is a trademark registered in the United States Patent and Trademark Office by Biblica, Inc. Used with permission. See promoVersionInfo in metadata.xml for Creative Commons license.
Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025 · Creative Commons - Attribution-ShareAlike [CC BY-SA]