Skip to content
The Believer's Library

Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025

Jeremiah 45 OKCB

Show OKCB only
Verse × ×
1 The word Jeremiah the prophet spoke to Baruch son of Neriah when he wrote these words on a scroll at Jeremiah's dictation, in the fourth year of Jehoiakim son of Josiah, king of Judah: Igihe Baruki mwene Neriya yandika mu muzingo amajambo uwavugishwa n’Imana Yeremiya amubwiye, mu mwaka ugira kane umwami Yehoyakimu, mwene Yosiya umwami w’i Buyuda, ari ku ngoma, Yeremiya yabwiye Baruki ati:
2 This is what our Father of Israel says to you, Baruch: “Uku ni ko Uhoraho, Imana ya Isirayeli, avuze kuri wewe Baruki:
3 You said, 'I'm miserable! For our Father added sorrow to my pain; I'm worn out from groaning and find no rest.' Waravuze uti: ‘Ewe jewe ndagowe! Uhoraho anyongerereje imibabaro ku yo nari mfise; ncitse intege ku bwo kuniha kandi nta buruhukiro ngira.’ ”
4 Say to him: This is what our Father says: What I built I am tearing down, what I planted I am uprooting—across the whole land. Ariko, Uhoraho yambariye ngo ndakubwire nti: “Uku ni ko Uhoraho avuze: ‘Nzosenyura ivyo nubatse kandi nzorandura ivyo nateye, mu gihugu cose.
5 And you—do you seek great things for yourself? Don't. I am bringing disaster on all flesh, declares our Father, but wherever you go I will give you your life as plunder. Mbega none woba ukwiye kwironderera ibihambaye? Ntubirondere. Kuko nzoteza ivyago abantu bose, ni ko Uhoraho avuze, ariko aho uzoja hose nzokiza ubugingo bwawe.’ ”
FHB

Scripture from Father’s Heart Bible™. © 2026 Spirit Media Publishing, the imprint of Spirit Media Inc. All rights reserved. In Divine Voice™ Color, the words spoken by our Father show in blue, the words of the Son in red, and the words of the Spirit in purple.

OKCB

Biblica® Open Bibiliya mu Kirundi coroshe™ Uburenganzira © 2021, 2025 bwa Biblica, Inc. Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible™ Copyright © 2021, 2025 by Biblica, Inc. ‪ “Biblica” ni ikimenyetso c’ubucuruzi cyanditswe kandi cyemejwe n’Ibiro vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika bijejwe Uburyo bw’Patent n’Ibimenyetso vy’Ubucuruzi, kikaba cyanditswe ku izina rya Biblica, Inc. ‪“Biblica” is a trademark registered in the United States Patent and Trademark Office by Biblica, Inc. Used with permission. See promoVersionInfo in metadata.xml for Creative Commons license.
Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025 · Creative Commons - Attribution-ShareAlike [CC BY-SA]