Skip to content
The Believer's Library

Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025

Hosea 3 OKCB

Show OKCB only
Verse × ×
1 Our Father told me again: "Go, love a woman loved by another, an adulterous woman—like your Father loves the children of Israel, though they turn to other gods and love raisin cakes." Uhoraho arambwira ati: “Genda, usubire wereke urukundo umugore wawe, naho akundwa n’uwundi mugabo kandi akaba umusambanyikazi. Umukunde nk’uko Uhoraho akunda Abisirayeli, naho bahindukirira izindi mana bagakunda udutsima tubumbiwe izo mana mu nzabibu.”
2 So I bought her back for myself: fifteen pieces of silver and about nine bushels of barley. Nuko ndamugura shekeli cumi na zitanu z’ifeza n’ingero homeru na leteki vya sayiri.
3 Then I said to her, "Stay with me many days: don't prostitute yourself, don't belong to another man—and I'll do the same for you." Hanyuma nca ndamubwira nti: “Uzobana nanje imisi myinshi; ntuzosubire kuba maraya canke ngo wongere kuryamana n’uwundi mugabo n’umwe, nanje nzobana nawe gutyo nyene.”
4 The children of Israel will live many days without king or prince, without sacrifice or sacred pillar, without ephod or household idols. Ni ukuvuga ko Abisirayeli bazobaho imisi myinshi ata mwami canke umuganwa bafise, ata bimazi canke inkingi, ata efodi canke ibigirwamana.
5 Afterward Israel's people will return, seek their Father and David their king, and come trembling to our Father and his goodness in the last days. Inyuma y’ivyo Abisirayeli bazogaruka biyegurire Uhoraho Imana yabo no kuri Dawidi umwami wabo. Kandi mu misi ya nyuma, bazoza k’Uhoraho no ku migisha yiwe bahindishwa agashitsi no kugira neza kwiwe.
FHB

Scripture from Father’s Heart Bible™. © 2026 Spirit Media Publishing, the imprint of Spirit Media Inc. All rights reserved. In Divine Voice™ Color, the words spoken by our Father show in blue, the words of the Son in red, and the words of the Spirit in purple.

OKCB

Biblica® Open Bibiliya mu Kirundi coroshe™ Uburenganzira © 2021, 2025 bwa Biblica, Inc. Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible™ Copyright © 2021, 2025 by Biblica, Inc. ‪ “Biblica” ni ikimenyetso c’ubucuruzi cyanditswe kandi cyemejwe n’Ibiro vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika bijejwe Uburyo bw’Patent n’Ibimenyetso vy’Ubucuruzi, kikaba cyanditswe ku izina rya Biblica, Inc. ‪“Biblica” is a trademark registered in the United States Patent and Trademark Office by Biblica, Inc. Used with permission. See promoVersionInfo in metadata.xml for Creative Commons license.
Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025 · Creative Commons - Attribution-ShareAlike [CC BY-SA]