Skip to content
The Believer's Library

Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025

Esther 10 OKCB

Side by side with the Father's Heart Bible™

Ubukuru bwa Moridekayi

1Umwami Ahasuwerusi ategeka ko mu bwami bwose no mu mazinga ya kure batanga ikori. 2Kandi ibikorwa vyiwe vyose vy’inkomezi n’ububasha bwiwe, hamwe n’inkuru yuzuye ivuga ivy’ubukuru bwa Moridekayi ubwo yahawe n’umwami, mbega ntivyanditswe mu gitabu c’ivyagenda biraba c’abami b’Abamedi n’Abaperesi? 3Moridekayi Umuyuda yari uwa kabiri inyuma y’umwami Ahasuwerusi, akomeye mu Bayuda bose, kandi yari afise icubahiro muri benewabo b’Abayuda, kuko yakora arondera ineza y’ubwoko bwabo kandi akavugira Abayuda ngo babe mu mahoro.

Biblica® Open Bibiliya mu Kirundi coroshe™ Uburenganzira © 2021, 2025 bwa Biblica, Inc. Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible™ Copyright © 2021, 2025 by Biblica, Inc. ‪ “Biblica” ni ikimenyetso c’ubucuruzi cyanditswe kandi cyemejwe n’Ibiro vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika bijejwe Uburyo bw’Patent n’Ibimenyetso vy’Ubucuruzi, kikaba cyanditswe ku izina rya Biblica, Inc. ‪“Biblica” is a trademark registered in the United States Patent and Trademark Office by Biblica, Inc. Used with permission. See promoVersionInfo in metadata.xml for Creative Commons license.
Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025 · Creative Commons - Attribution-ShareAlike [CC BY-SA]