Skip to content
The Believer's Library

Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025

Numbers 7 OKCB

Show OKCB only
Verse × ×
1 When Moses finished setting up the tabernacle, he anointed and dedicated it and all its furnishings, the altar and all its utensils, anointing and dedicating them. Ku musi Mose yaherejeko gutunganya rya hema, yaciye arirobanuza amavuta arishikiriza Imana hamwe n’ibikoresho vyose biri muri ryo. Yarobanuye kandi igicaniro n’ibikoresho vyaco.
2 Then Israel's leaders—heads of their fathers' houses, the tribal leaders in charge of the census—brought an offering. Hanyuma abakuru b’Abisirayeli, abakuru b’amazu aserukira imiryango bari bashinzwe guharura abasoda, baraza batanga ibimazi vyabo.
3 They brought their offering before our Father: six covered wagons, twelve oxen—a wagon per two leaders, an ox for each—then presented them before the tabernacle. Bazana ingabire k’Uhoraho igizwe n’imikogote itandatu ikwegwa n’impfizi zibiri, bazana n’impfizi z’inka icumi na zibiri, abakuru babiri basangira umukogote kandi umukuru wese atanga impfizi imwimwe. Ivyo vyose babizana imbere y’ihema.
4 And our Father said to Moses, Uhoraho abarira Mose ati:
5 "Take these from them for the tent of meeting's service; give them to the Levites, each according to his service." “Ubakirire ivyo batanze, kugira ngo bikoreshwe mu gikorwa co mw’Ihema ry’Ibonaniro. Ubihereze Abalewi nk’uko igikorwa c’umuntu wese kiri.”
6 So Moses took the wagons and the oxen and gave them to the Levites. Nuko Mose yakira ya mikogote na za mpfizi z’inka abiha Abalewi.
7 Two wagons and four oxen he gave to the sons of Gershon, according to their service. Abagerishoni abaha imikogote ibiri n’impfizi z’inka zine, nk’uko igikorwa cabo cabisaba,
8 He gave four wagons and eight oxen to Merari's sons, for their service, under Ithamar son of Aaron the priest. Abamerari abaha imikogote ine n’impfizi umunani nk’uko igikorwa cabo cabisaba. Bose bari barongowe na Itamari mwene Aroni, umuherezi.
9 To the sons of Kohath he gave none, since the holy things' service was theirs—carried on the shoulder. Ariko Mose ntiyaha na kimwe Abakohati, kuko bari bajejwe ivyerejwe Uhoraho, bakaba bategerezwa kubirerura ku bitugu vyabo.
10 On the day the altar was anointed, the leaders brought its dedication offering; the leaders brought their offering before the altar. Igihe igicaniro carobanuzwa amavuta, ba bakuru bazanye ibimazi vyabo vyo kukirobanura barabizana babishira imbere y’igicaniro.
11 And our Father said to Moses, "Each day one leader is to bring his offering for the altar's dedication." Uhoraho yari yabwiye Mose ati: “Ku musi ku musi umukuru umwe wese aze atange ikimazi ciwe co guhereza Imana ico gicaniro.”
12 Nahshon son of Amminadab, of Judah's tribe, presented his offering on the first day. Uwazanye ishikanwa ryiwe ku musi wa mbere yari Nahashoni mwene Aminadabu wo mu muryango wa Yuda.
13 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, and one silver basin, about one and three-quarter pounds, both filled with fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari: isiniya ikozwe mw’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
14 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
15 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
16 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
17 for the peace offering: two oxen, five rams, five male goats, five year-old male lambs. This was Nahshon son of Amminadab's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi z’intama zitanu, amasuguru atanu y’impene n’imyagazi itanu y’intama imaze umwaka umwe, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Nahashoni mwene Aminadabu.
18 On the second day Nethanel son of Zuar, the leader of Issachar, presented an offering. Ku musi ugira kabiri Netaneli mwene Zuwari, Umukuru w’umuryango w’Abisakari, azana ishikanwa ryiwe.
19 His offering: one silver plate weighing about three and a quarter pounds, one silver bowl weighing about one and three-quarter pounds, both filled with fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari: isiniya ikozwe mw’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyose vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
20 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
21 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
22 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
23 for the peace offering: two oxen, five rams, five male goats, five year-old male lambs. This was Nethanel son of Zuar's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, amasuguru atanu y’impene n’imyagazi itanu y’intama imaze umwaka, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Netaneli mwene Zuwari.
24 On the third day it was Eliab son of Helon, the leader of the sons of Zebulun. Ku musi ugira gatatu, Eliyabu mwene Heloni, umukuru w’umuryango w’Abazebuloni, azana ishikanwa ryiwe.
25 His offering: one silver plate weighing about three and a quarter pounds, one silver basin weighing about one and three-quarter pounds, both full of fine flour mixed with oil for a grain offering; Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
26 one gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
27 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
28 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
29 for the peace offering sacrifice: two oxen, five rams, five male goats, five male lambs a year old. This was Eliab son of Helon's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, impfizi zitanu z’impene n’amasuguru atanu y’intama amaze umwaka umwe, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Eliyabu mwene Heloni.
30 On the fourth day it was Elizur son of Shedeur, the leader of the sons of Reuben. Ku musi ugira kane Elisuri mwene Shedewuri, umukuru w’umuryango w’Abareyubeni, azana ishikanwa ryiwe.
31 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, and one silver basin, about one and three-quarter pounds—both full of fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
32 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
33 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama ikuze imwe n’impfizi y’intama imaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
34 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
35 and for the peace offering sacrifice: two oxen, five rams, five male goats, five male lambs a year old. This was Elizur son of Shedeur's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, impfizi zitanu z’impene n’amasuguru atanu y’intama amaze umwaka umwe, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Elisuri mwene Shedewuri.
36 On the fifth day it was Shelumiel son of Zurishaddai, the leader of the sons of Simeon. Ku musi ugira gatanu Shelumiyeli mwene Zurishadayi, umukuru w’umuryango w’Abasimeyoni, azana ishikanwa ryiwe.
37 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, one silver basin, about one and three-quarter pounds, both full of fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
38 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
39 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama ikuze imwe n’impfizi y’intama imaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
40 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
41 for the sacrifice of peace offerings: two oxen, five rams, five male goats, five year-old male lambs. This was Shelumiel son of Zurishaddai's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, impfizi zitanu z’impene n’amasuguru atanu y’intama amaze umwaka umwe, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Shelumiyeli mwene Zurishadayi.
42 On the sixth day it was Eliasaph son of Deuel, the leader of the sons of Gad. Ku musi ugira gatandatu Eliyasafu mwene Dewuyeli, umukuru w’umuryango w’Abagadi, azana ishikanwa ryiwe.
43 His offering was one silver plate, about three and a quarter pounds, and one silver basin, about one and three-quarter pounds, both filled with fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
44 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
45 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama ikuze imwe n’impfizi y’intama imaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
46 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
47 for the peace offering: two oxen, five rams, five male goats, five male yearling lambs. This was Eliasaph son of Deuel's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, impfizi zitanu z’impene n’amasuguru atanu y’intama amaze umwaka umwe, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Eliyasafu mwene Dewuyeli.
48 On the seventh day it was Elishama son of Ammihud, the leader of the sons of Ephraim. Ku musi ugira indwi Elishama mwene Amihudi, umukuru w’umuryango w’Abefurayimu, azana ishikanwa ryiwe.
49 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, and one silver basin, about one and three-quarter pounds, both filled with fine flour mixed with oil for a grain offering; Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
50 one gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
51 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama ikuze imwe n’impfizi y’intama imaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
52 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
53 for the sacrifice of peace offerings: two oxen, five rams, five male goats, five male lambs a year old. This was Elishama son of Ammihud's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, impfizi zitanu z’impene n’amasuguru atanu y’intama amaze umwaka umwe, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Elishama mwene Amihudi.
54 On the eighth day it was Gamaliel son of Pedahzur, the leader of the sons of Manasseh. Ku musi ugira umunani Gamaliyeli mwene Pedasuri, umukuru w’umuryango w’Abamanase, azana ishikanwa ryiwe.
55 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, and one silver basin, about one and three-quarter pounds, both full of fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
56 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
57 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama ikuze imwe n’impfizi y’intama imaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
58 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
59 for the peace offering: two oxen, five rams, five male goats, five year-old male lambs. Offering of Gamaliel son of Pedahzur. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, amasuguru atanu y’impene n’impfizi z’intama zitanu zimaze umwaka, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Gamaliyeli mwene Pedasuri.
60 On the ninth day it was Abidan son of Gideoni, the leader of the sons of Benjamin. Ku musi ugira icenda Abidani mwene Gidiyoni, umukuru w’umuryango w’Ababenyamini, azana ishikanwa ryiwe.
61 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, one silver basin, about one and three-quarter pounds, both full of fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
62 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
63 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
64 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
65 for the peace-offering sacrifice: two oxen, five rams, five male goats, five yearling male lambs. This was Abidan son of Gideoni's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, amasuguru atanu y’impene n’imyagazi itanu y’intama amaze umwaka, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Abidani mwene Gidiyoni.
66 On the tenth day it was Ahiezer son of Ammishaddai, the leader of the sons of Dan. Ku musi ugira icumi Ahiyezeri mwene Amishadayi, umukuru w’umuryango w’Abadani, azana ishikanwa ryiwe.
67 His offering: one silver plate weighing about three and a quarter pounds, one silver basin weighing about one and three-quarter pounds, both full of fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
68 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
69 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
70 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
71 for the peace-offering sacrifice: two oxen, five rams, five male goats, five male year-old lambs. This was Ahiezer son of Ammishaddai's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, amasuguru atanu y’impene n’imyagazi itanu y’intama imaze umwaka, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Ahiyezeri mwene Amishadayi.
72 On the eleventh day it was Pagiel son of Ochran, the leader of the sons of Asher. Ku musi ugira icumi na rimwe Pagiyeli mwene Okurani, umukuru w’umuryango w’Abasheri, azana ishikanwa ryiwe.
73 He offered a silver plate, about three and a quarter pounds, and a silver basin, about one and three-quarter pounds, both filled with fine flour mixed with oil for a grain offering; Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
74 one gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
75 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
76 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
77 and for the sacrifice of peace offerings: two oxen, five rams, five male goats, five male lambs a year old. The offering of Pagiel son of Ochran. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, amasuguru atanu y’impene n’imyagazi itanu y’intama imaze umwaka, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Pagiyeli mwene Okurani.
78 On the twelfth day it was Ahira son of Enan, the leader of the sons of Naphtali. Ku musi ugira icumi na kabiri Ahira mwene Enani, umukuru w’umuryango w’Abanafutali, azana ishikanwa ryiwe.
79 His offering: one silver plate, about three and a quarter pounds, and one silver basin, about one and three-quarter pounds, both filled with fine flour mixed with oil for a grain offering. Ishikanwa ryiwe ryari iri: isiniya y’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi, vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;
80 One gold dish weighing about four ounces, full of incense; isahani imwe y’inzahabu ipima shekeli icumi, yuzuye ibimota neza;
81 one young bull, one ram, and one male lamb a year old, for a burnt offering; ishuri imwe, impfizi y’intama imwe n’umwagazi w’intama umaze umwaka, ngo bibe ikimazi co guturirwa;
82 one male goat for a sin offering; isuguru y’impene imwe y’ikimazi c’ivyaha;
83 and for the peace-offering sacrifice: two oxen, five rams, five male goats, five male lambs a year old. Ahira son of Enan's offering. n’impfizi zibiri z’inka, impfizi zitanu z’intama, amasuguru atanu y’impene n’imyagazi itanu y’intama imaze umwaka, vyo gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Ahira mwene Enani.
84 This was the altar's dedication offering when it was anointed, from Israel's leaders: twelve silver plates, twelve silver basins, twelve gold dishes. Ayo ni yo mashikanwa yatanzwe n’abakuru b’amazu y’Abisirayeli yo gushikanira Imana igicaniro igihe bakirobanuza amavuta: Amasiniya icumi n’abiri akozwe mw’ifeza, ibikombe icumi na bibiri n’amasahani icumi n’abiri akozwe mu nzahabu.
85 Each silver plate weighed about three and a quarter pounds, each basin about one and three-quarter pounds; all the silver of the vessels totaled about sixty pounds. Isiniya imwimwe yapima shekeli ijana na mirongo itatu, n’igikombe kimwekimwe capima shekeli mirongo indwi. Vyose hamwe, ya masiniya n’ibikombe vy’ifeza vyapima shekeli ibihumbi bibiri n’amajana ane, hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera.
86 The twelve gold dishes full of incense weighed about four ounces each; all the gold totaled about three pounds. Za sahani z’inzahabu zuzuye ibimota neza imwimwe yapima shekeli icumi, ipimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera. Ayo masahani y’inzahabu yose hamwe yapima shekeli ijana na mirongo ibiri.
87 All the cattle for the burnt offering: twelve bulls, twelve rams, twelve year-old male lambs, with their grain offering; and twelve male goats for the sin offering. Ibitungwa vyose vyari vyagenewe ibimazi vyo guturirwa vyabaye amashuri y’inka icumi n’abiri, impfizi z’intama icumi na zibiri n’imyagazi y’intama imaze umwaka icumi n’ibiri, hamwe n’ishikanwa ry’ifu ryavyo. Amasuguru y’impene icumi n’abiri ni yo yakoreshejwe nk’ikimazi c’ivyaha.
88 All the cattle for the peace offering sacrifices: twenty-four bulls, sixty rams, sixty male goats, sixty male year-old lambs. This was the altar's dedication offering, after it was anointed. Igitigiri cose c’ibitungwa vyatangiwe gutangwa kw’ikimazi c’ishimwe vyari amashuri y’inka mirongo ibiri n’ane, impfizi z’intama mirongo itandatu, amasuguru y’impene mirongo itandatu n’imyagazi y’intama imaze umwaka mirongo itandatu. Ayo ni yo mashikanwa yose yatanzwe yo gushikiriza Imana igicaniro kimaze kurobanuzwa amavuta.
89 When Moses entered the tent of meeting to speak with our Father, he heard the voice speaking to him from above the mercy seat on the ark of the testimony, between the two cherubim—so our Father spoke with him. Mose amaze kwinjira mw’Ihema ry’Ibonaniro kugira ngo avugane n’Uhoraho, yumva ijwi rivugana na we rivuye hagati ya ba bakerubi babiri bari ku mupfundikizo w’impongano w’Isandugu y’Isezerano. Na we araheza avugana na we.
FHB

Scripture from Father’s Heart Bible™. © 2026 Spirit Media Publishing, the imprint of Spirit Media Inc. All rights reserved. In Divine Voice™ Color, the words spoken by our Father show in blue, the words of the Son in red, and the words of the Spirit in purple.

OKCB

Biblica® Open Bibiliya mu Kirundi coroshe™ Uburenganzira © 2021, 2025 bwa Biblica, Inc. Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible™ Copyright © 2021, 2025 by Biblica, Inc. ‪ “Biblica” ni ikimenyetso c’ubucuruzi cyanditswe kandi cyemejwe n’Ibiro vya Leta Zunze Ubumwe za Amerika bijejwe Uburyo bw’Patent n’Ibimenyetso vy’Ubucuruzi, kikaba cyanditswe ku izina rya Biblica, Inc. ‪“Biblica” is a trademark registered in the United States Patent and Trademark Office by Biblica, Inc. Used with permission. See promoVersionInfo in metadata.xml for Creative Commons license.
Biblica® Open Kirundi Contemporary Bible 2025 · Creative Commons - Attribution-ShareAlike [CC BY-SA]